LIBEREZ PATRICE FAYE / FREE PATRICE FAYE


Visiteur

/ #154

2011-08-04 21:53

mbega uwo mugira neza bamuhora iki? abashonje bose baronderera aho babonye , ntibagira akabanga. none ko abahinga basanze les presumées victimes bari vierges, iryo bara badendekeranya, bobo ntibagira n'isoni. Ivyo nico kimwe ni vya DSK. PLS nibamurekure bareke kwimaramaza.